Snow Cay ntazodandaza umuziki ku mbuga ziwugurisha kuko ayo batanga ari make
Snow cay ngo nta mugambi afise wo kudandaza urukurikirane rwiwe rushasha ku mbuga zisanzwe zigurisha indirimbo, ivyo akaba yisunze yuko ngo izo mbuga ata mafaranaga akwiye abantu baheza ngo bakuremwo. Mu kiyago yagiranye na…