Scroll to Top

Moyo Wangu By Jean Marie Muco

Indundi Music

-

Biography | Video | News

comming soon ...Read More

Feel Love By Sat-B

-

Feel Love By Sat-B

Mi Na We By Matabaro

-

Mi Na We By Matabaro

Marry You By Franck G80

-

Marry You By Franck G80

KEBBY BOY - KIPOTABO  feat BRUCE MELODY

-

KEBBY BOY - KIPOTABO feat

Unkanga Nkande Wewe By King Platta

-

Unkanga Nkande Wewe By Kin

Comments(4)

Jean-Marie Muco
date

BUTOYI URAKOZE CANE JEWE NAVUKIYE KUMUSOZI BUHEKA ZONE KAZIRABAGENI COMMUNE NYANZA-LAC INTARA YAMAKAMBA NAVUTSE LE17/8/1990 NDUMUSORE NTUYE I LUSAKA MUGIHUGU CA ZAMBIA HAMA BIOGRAPhy yanje woyimenya mugihe indundi bobigiramwo uruhara bakayimbaza bakayandika. sawa urakoze

Butoyi
date

Najewe kweri ndatangaye. Muco ntawe narinzi. None aba hehe. Nta Biography yiwe ..kombona atayiriko kundundi turakwiye kuza tumenya abantu basohora indirimbo ziryoshe. Komera

JEAN-MARIE MUCO
date

Moses Imana iguhe umugisha kuba washimye ibikorwa vyanje Mfise indirimbo nyishi cane zitarashirwa kubuhinga ngurukana bumenyi Imana izobikora muzironke zose kandi ndanashimira INDUNDI MAGAZINE bemeye gutangaza ibikorwa vyanje NDAKUNDA UBURUNDI NDAKUNDA ABARUNDI VYONEZERA ABARUNDI TWESE TUGIYE MWIJURU

Moses
date

Jean Marie Muco, urashoboye kabisa. Komera kumuheto. Indundi mwakoze cane kuza mutuzanira uturirimbo twimana. Dutekeneye indirimbo zimana zihayagiza imana twe tuba ruguru ntahandi tuzikura atari kuri www.indundi.com

Andika comment ...
Post comment
Cancel