Scroll to Top

#indundi | Hamenyekanye uwurikumwe na T Max muri kino gihe

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 14 Apr 2016 06:11 AM / /

Mu buholande hagufi y’umutambukanyi wiwe Niho T Max muri kino gihe abarizwa.

MasterLand

Amadidane ya bamwe bamwe mu nibaza iyo umuririmvyi T Max yaroye aratanguye guhera nkuko biboneka Ku rubuga rwa Facebook rwiwe.

Uwo muririmvyi yaragize igihe atabarizwa ku mugabane wa Africa cane cane I Burundi, ubu abarizwa hampande y’umutambukanyi wiwe Martine Mati mu buholande.

12973459_1086172048070681_4515972301269238591_o

Ivyo bakaba vyemezwa n’amashusho atandukanye yashize Ku rubuga rwiwe rwa facebook aho hamwe yamenyesha ko bamaze gushika hampande y’umukunzi wiwe, ahandi akamenyesha ko yatanguye gutembera yihera ijisho.

Mwomenya ko yavuye I Burundi aheruka gukora indirimbo yiwe yise Bila wewe yakoranye na Mista Champagne, ica inamuha akaryo ko kuba umuririmvyi w’ukwezi Ku rubuga indundi.com

71 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment