Scroll to Top

#indundi | Yagirizwa kuba ariwe muhabara wa Diamond Platnumz

By KING YANN COOL / Published on Monday, 02 May 2016 04:47 AM / /

Diamond platnumz yagirizwa KO yoba afise umuhabara yitwa Irénée aboneka mw’isanamu ry’imwe mu ndirimbo z’umuririmvyi wiwe.

Umuririmvyi Diamond Platnumz ngo yoba yaramaze imisi mu yabira aho bavuga KO yoba yaraciye inyuma umukunzi wiwe akaba na nyina w’umwana wiwe Tiffah.

13150841_1059293014132675_910153032_n-530x530

Diamond abicishije ku rubuga rwa Instagram ngo yakuriye inkoni ku gishitsi abibaza ko bazomwahukanisha na Zari ko bavomera mu kiva kuko amukunda cane nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Bongo5 abishikiriza.

Ico gihangange kikaba cagirizwa umwigeme yitwa Irenee ari mu mashusho y’indirimbo zumwe mu baririmvyi biwe.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel