Scroll to Top

#indundi | Diamond yagirizwa kugendana na Mama Qaylah

By KING YANN COOL / Published on Friday, 06 May 2016 09:48 AM / /

N’ububeshi butagira izina ukuvurwa ko Diamond yakundanye n’umugore  wa Shetta, vyashikirijwe na shetta ubwiwe.  

[message ]

Hari haheze imisi igihugu ca Tanzania gikwiragizwamwo ibihuha bivuga ko Diamond Platnumz yoba yaragendanye n’umugore w’umwe mu baririmvyi b’abagenzi biwe ariwe Shetta.

160505150553_carklo2-1

Mu kiganiro uwo muririmvyi Shetta yatanze kuri imwe mu nsamirizi muri ico gihugu yarabeshuje iyo nkuru aho avuga ko yizeye umugore wiwe ko atokora ivyo nkuko amakuru dukesha Bongo5 abishikiriza.

Mwomenya ko abo baririmvyi babiri baranakoranye indirimbo yanakunzwe cane.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel