Scroll to Top

#indundi Tv | Iki nico catumye Natacha akorera indirimbo yiwe muri WASAFI records

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 09 Jul 2016 07:27 AM / / 916 views

ukumenyekanisha abarundi, ngo nico catumye Ngendabanka Natacha akorera indirimbo yiwe muri Tanzania.

Icatumye Natacha akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Tanzania nk’Indirimbo yiwe nshasha Shikilia ngo n’ukubera yifuza ko abarundi nabo bamenyekana muri Africa y’ubuseruko nkuko yabiyagiye mugenzi wacu Lee marvin arakaza mu kiyago bagiranye kuri Indundi Tv na Landry Sb kuri Camera.

Natacha muri ico kiyago yaramenyesheje kandi ko abantu bokwihangana akazoza arababwira ibigiye kuza bikurikira kuko afise vyinshi ashaka gukora mu muziki na cane cane muri africa y’ubuseruko. Aho Natacha yabishikirije aho yari yagiye mu giteramo kwi Laidi, ariko we akaba atashoboye kuririmba ahubwo abatamvyi biwe akaba aribo batamvye indirimbo ziwe.

Kurikirana aho musi ikiyago cose uko yagikoranye na Indundi Tv 

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel