Scroll to Top

#indundi | Amakuru ku nsamirizi Inzamba yo kuri uyu wa 17 mukakaro 2016

By Editor /Published on Sunday, 17 Jul 2016 15:58 PM // 934 views

Amakuru yo kuri uyu wa 17 mukakaro 2016 ku nsamirizi inzamba agateka kawe muyashikirizwa na Francois Bizimana nayo ingingo nkuru nkuru ziyagize zikaba ari izi zikurikira:
Abantu batandatu barishwe abandi batari bake barafatwa n’igipolisi muri iyi ndwi twaraye turangije nkuko biri mu cegeranyo ca SOS Torture.

Nayo mu ntara ya Kayanza igipolisi casatse muri quartier swahiri ku murwa mukuru nyene muri iyo ntara ya kayanza, gremade 11 akaba arizo zatowe mu muhana umwe uri muri iyo quartier.

Haba muri politique cokimwe no mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politique bose babona ko ingingo y’abategetsi b’uburundi yo kwikura mu nama y’ubumwe bwa afrika iriko ibera i Kigali mu gihugu c’Urwanda ari ingendo y’ibiterasoni. Murakurikirana aba na bariya muri ano makuru.

Aya n’ayandi menshi umviriza abo musi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel