Scroll to Top

#indundi | Chris Walton yateretse inzara imyaka irenga 20

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 23 Jul 2016 01:30 AM / / 1139 views

Ku myaka 49, Chris Walton afise inzara ndende zateretswe imyaka 23 zidacikwa.

Chris Walton n’umugore w’imyaka 49 bafise inzara zifise imyaka 23 zidacikwa nkuko ikinyamakuru dukesha ino kibidishikiriza.

Uwo mugore akaba gushika ubu yanditseko mu gitabo c’abakoze ibitangaza bikunze kwitwa “Guineas de Records”. Abantu bakaba baratangaye aho bavyuka mu mwaka wa 2012.

Uwo mugore ayaga n’ibinyamakuru bitandukanye bikomeye kw’isi yamenyesheje ko ivyo abantu bamwibazako atarivyo na gato.

Ivyo yashikiriza ko bamwibazako n’uko ataco yoba akora ahubwo ngo aguma yicaye. Uwo mugore akavuga ko asanzwe akora ibikorwa bitandukanye Ukuri kwamye ariko akigegesera inzara ziwe zivunike.

Chris akaba yabwiye ibinyamakuru ariko ko afise umusanzwe asiga izo nzara ziwe ngo zikomere gusumba. Mu Nyaka yahera rumwe muri izo nzara zamutumyekana rukaba rwarakatitse. 

Kurikirana menshi mu ma foto yiwe ari mu bibanza bitandukanye.

 

Record_holdee22d-2ef8f Christine_Wad798-e27cd fingernails_1285-fd174 Chris_Dutchee3ec-0f02f 1808496main_cc4e-22862 article-20679abc-f409b article-2067f25c-1330a article-0-0E2557-90e22 article-0-0E3db8-efb1b

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel