Scroll to Top

#indundi Gospel | Yves Shaka agiye gusohora indirimbo irabishwa mu rwaruka

By KING YANN COOL / Published on Friday, 12 Aug 2016 15:32 PM /

Indirimbo ifise ubutumwa buraba ku rwaruka  niyo buca ishirwa ahabona na Yves Shaka, ikaba izoba ibaye iya mbere akoze wenyene.

13934649_1512353555457242_6920663783368487526_n

karirimbo ka mbere k’umuririmvyi Yves Shaka kagiye gushirwa ahabona mu misi ya Vuba cane. Ako karirimbo bakaba gasohotse inyuma y’izitari nke zasohotse azikorana n’abandi.

Mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine yamenyesheje ko iyo ndirimbo yakoze n’abahinyanyuzi babiri aribo Yves Kolly yakoze umudundo (instrumental) hamwe na Heritier yaheraheje iyo ndirimbo.

Muri ico kiyago nyene yabandanije amenyesha ko ubutumwa buri muri iyo ndirimbo buzoba biraba cane urwaruka.

Mwomenya ko uno muririmvyi asanzwe aririmba cane indirimbo zihayagiza Umukama kandi Ku mu mudiho utambika.

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel