Scroll to Top

#indundi | Miss Burundi yabonetse inyuma y’imyaka 4 atawuhari

By KING YANN COOL / Published on Monday, 15 Aug 2016 05:51 AM / No Comments / 602 views

14040042_10153664397151954_207380946881837897_n

Mu gihe hari yaciye Igihe bariko harahiganwa abigeme b’abarundi bahiganirwa I kibanza ca Miss Burundi. Ku musi wa mungu igenekerezo rya 14 myandagaro kuri Safari Gate niho rwacika.

Ange Bernisse ingabire aba abaye Miss Burundi 2016 nayo uwamukurikiye akaba ari Monna Walda Kaneza, uwa gatatu nawe aba Ornella Gahimbare.

Ivyo birori bikaba vyari vyitabiriwe n’abantu batari bake harimwo Willy Nyamitwe, Umunyamabanga mukuru wa Africa y’ubuseruko n’abandi banyacubahiro batari bake.

Ivyo birori mu gutangura ngo babanje kumara umunota bahoze mu kwibuka Umuhisi Umushingamateka Hafsa Mossi ari my batumye ico gikorwa ca Miss Burundi gitunganywa.

Kurikirana aho musi uko ibintu vyari vyifashe.

4,457 total views, 2 views today

Comments

comments