Scroll to Top

#Diaspora Show | His Excellency Ernest NDABASHINZE Ambassador (Guest)

By admin / Published on Wednesday, 17 Aug 2016 09:48 AM / / 1168 views

DiasporashowAmbassador

Muri kiganiro ca Diaspora gica kuri indundi radio misi yose kuwa Gatandatu isaha 1pm (arizona Time ) , Ambassadeur Ernest Ndabashinze arasigura ivyahindutse mubijanye na visa hamwe na passport ku barundi bagomba kuja mu Burundi.

Ambassadeur kandi avugako abarundi bamwe bamwe abatumako ngo bahure bakamuhunga. Ambassadeur ahamagarira abarundi Bari muri AMERICA kuja hamwe bakarengera ubudumbidumbi bwose, abavyeyi nabo bigishe ikirundi abana babo!

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel