Scroll to Top

#Indundi Sports| Rio: Madame Lydia Nsekera, bitumwako mu nkino za JO.

By Alain Muhirwe /Published on Saturday, 20 Aug 2016 04:53 AM // 526 views

nsekera lyUmupfasoni yahoze arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi, Lidia Nsekera, asanzwe mw’ishirahamwe mpuzamakungu ry’ukwinonora imitsi CIO,  ndetse na n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi yose FIFA, yaraye abonetse mu birori vy’ukwambika ubudagi imidali y’inzahabu mu gihe bwari buhejeje gutwara ikibanza ca mbere mu mupira w’amaguru muri izo nkino.

Lyia Nsekera akaba atari irya mbere abonetse mu birori nk’ivyo kuko no mu nkino z’isi z’ukwinonora imitsi zabereye i Pekin mu mwaka uheze naho yashoboye gutanga imidali.

Tumiwfurize kubandanya atera imbere.

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel