Scroll to Top

#Indundi Sports#Papy Faty ashobora kungururiza ku mugabane wa Bulaya.[Exclusive Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Tuesday, 30 Aug 2016 12:53 PM / /

papy-faty_jdja3pdm2isz1reu2lqvdki68Inyuma y’imyaka igera kuri ine akinira mw’ihiganwa rya Premier Soccer League mu mugwi wa Bid Vist University, Uno musore w’umurundi agiye kuva muri uyo mugwi.

Pappy Fati aho asanzwe ari mu myimenyerezo n’abandi bakinyi b’intamba mu rugamba, yaduhaye ikiganiro, aho yatubwiye ko afise imigambi y’ukuva mu mugwi wa BidVist University, mbere akavuga ko munsi iza azomenyesha umugwi wo mu bihugu vy’Ibulaya gaiye kuzojamwo. Kubera ibibazo vy’amagara, Pappy akaba atashoboye kumara inkino nyisahi muri uyo mugwi.

Mumutege yompi, hano aragerageza kutuganirira imwe mu migambi afise.

Tagged as:

Add Comment