Scroll to Top

Ndeze Ramadhan yatanze imihoho

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 10 Jan 2019 08:35 AM / /

Awahora amenyereza umugwi Les élephans w’i Bubanza Ndeze Ramadhan yatanze imihoho. Ayo makuru akaba yaraye amenyekanye kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 09 nzero .

Ndeze Ramadhan akaba yatanze imihoho ata n’amezi menshi yari amaze muri uyi mugwi Les elephants . Mw’ikete yandikiye uwusanzwe atwara Les élephants yaramubwiye ko ugutanga imihoho kwiwe ari ugushaka kwiwe . Mukamenya ko Ndeze Ramadhan yahora amenyereza Les lierres imbere yo kuja muri Les élephans yabanje gutanga imihoho.

Add Comment