Scroll to Top

#indundi Song of the Month | Satb – I Love You ft Urban Boys and Aime Blueston

By KING YANN COOL / Published on Friday, 02 Sep 2016 01:56 AM / /

IMG-20160901-WA0065

Inyuma y’umurwi Peace and Love mu kwezi kw’indwi, umuririmvyi Aboubakar Karume n’akaririmbo kiwe I Love You niwe abaye umuririmvyi w’ukwezi kw’umunani.

Mu kiringo c’ukwezi kwose iyo ndirimbo ikazoza ivuzwa mu biganiro bitandukanye bica Ku nsamirizi INDUNDI RADIO, mu makuru yose acishwa mu kinyamakuru Indundi Magazine hazoza hacishwamwo imenyekanishwa ry’iyo ndirimbo.

Twibukanye ko iyo ndirimbo itorwa bivanye n’abayiravye kandi n’abayikweze(Download) bakayishira mu duhamagazo (phone) canke mu nyabwonko(Computer) zabo.

Yatowe igize kuribi biharuro: Downloads (3250) | Played(7667)

I Love You By Sat-b Ft Urban Boys & Aime Blueston


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel