Scroll to Top

#Burundi | #CNARED | Dr Jean Minani ati : “ubu si nka kera.”

By Editor /Published on Tuesday, 20 Sep 2016 15:52 PM // 2215 views

Mu kiganiro CNARED yakoresheje ,  umushingantahe Dr Jean Minani arongoye uwo murwi yamenyeshe ko ubu bitakiri nka kera aho Umwami yihagira igihugu akanyaga abanyagihugu utwabo twose.

 

dr-jean-minani

Dr Jean Minani akaboneraho akaryo ko gutanga umuco ku mugambwe uramutswa ubutegetsi CNDD FDD , akanamenyesha imigambi n’imigabo y’urwego CNARD n’ingene iriko iraja mu ngiro. Iyo ndongozi y’abatavuga rumwe n’ubutegetsi yabwiye abarundi n’amakungu ko inzira yo gukura Petero nkurunziza atari intambara gusa nayo ngo ikizotaguza intambara n’umusi ibwirizwa shingiro ryohindurwa, yaboneyeho kubwira abafashe inzira yo gufata imiheto ko boja hamwe bakaguma biteguye……………….

Ivyo n’ibindi kurikirana mu majwi aha musi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel