Scroll to Top

#indundi | Iki nico Big Fizzo yipfuriza Sat-b kw’isabukuru ryiwe

By KING YANN COOL / Published on Friday, 28 Oct 2016 06:39 AM / No Comments / 2258 views

 

oo

Umuririmvyi Mugani Desire yipfurije mugenziwe Sat-b isabukuru ryiza ry’amavuko yagize Ku musi w’ejo.

Ivyo Mugani Desire akaba yabishize Ku rubuga rwiwe rwa Twitter aho yanditse mu kinyamazuru ko amwipfurije isabukuru.

Ivyo Mugani abishikirije inyuma yaho mu ikiganiro yatanze muri Indundi Hits show kigirishwa na Lee Marvin yavuze ko abantu batari bakwiye kugira ama Showbiz y’ingwara ahubwo ngo yotuma arondera ibindi avuga.

11,248 total views, 2 views today

Comments

comments