Scroll to Top

#indundi Song of the Month | Norasque – Kuri Line

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 02 Nov 2016 04:56 AM / /

whatsapp-image-2016-11-01-at-09-25-36

Inyuma y’umurrimvyi Sat-b, umuririmvyi  Norasque n’akaririmbo kiwe Kuri  Line niwe abaye umuririmvyi w’ukwezi kw’icenda.

Mu kiringo c’ukwezi kwose iyo ndirimbo ikazoza ivuzwa mu biganiro bitandukanye bica Ku nsamirizi INDUNDI RADIO, mu makuru yose acishwa mu kinyamakuru Indundi Magazine hazoza hacishwamwo imenyekanishwa ry’iyo ndirimbo.

Twibukanye ko iyo ndirimbo itorwa bivanye n’abayiravye kandi n’abayikweze(Download) bakayishira mu duhamagazo (phone) canke mu nyabwonko(Computer) zabo.

Yatowe igize kuribi biharuro: Downloads(1216) | Played(5416)

Kuri Line By Norasque Gosp Rap


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel