Scroll to Top

#indundi | Kidum yaronkejwe agashimwe mu gihugu ca Australia

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 20 Nov 2016 07:13 AM / / 1245 views

Inyuma yaho Nimbona Jean Pierre Kidum asabiwe n’abarundi baba Adelaide muri Australia gusubira kubateramisha mu kindi giteramo kigira kabiri inyuma y’icari gisa n’ikitagenze neza, yahavuye afata indege k musi wa gatanu nyene yegera Brisbane naho kuko ahafise ikindi giteramo.

15056476_1243863609014254_517769087036892077_n

Kidum ashitse akaba nkuko yavyanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook yahavuye ahabwa agashimwe na rimwe mu mashirahamwe yaho muri ico gihugu ca Australia. Tukaba tukirondera Kidum ngo agire ico atubwirako ariko tukaba tutaramuronka.

Nimbona Ku rubuga rwiwe mw’ijambo yavuze, yashikirije yashimiye abarundi kubw’ako agashimwe yashimwe yaronkejwe muri ico gihugu.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel