Scroll to Top

#Indundi| Insamirizi ”Ntumbero Fm” ngo igiye kwugururwa icese kuri uwu wa kane uza

By La Rédaction / Published on Monday, 21 Nov 2016 08:39 AM / / 321 views

logo-de-la-radio-ntumbero-fm

Insamirizi nshasha izwi kw’izina rya ”Ntumbero Fm” niyo igiye kwugururwa icese kuri uno wa kane uza igenekerezo rya 24 Munyonyo 2016.

Ibirori vy’iyugururwa ry’iyo nsamirizi nshasha bikaba bitegguwe kuzobera mu kigo c’ukumenyesha amakuru ”Maison de la Presse” kuri uwo musi nyene igihe c’isaha zine zo mu gatondo.

Twokwibutsa ko iyo nsamirizi izohora isamiranira kuri Mghz 94.6, ikaba isanzwe ifise icicaro cayo hagati mu gisagara ca Bujumbura, kw’ibarabara ryitiriwe Ubugiriki, inomero 12 hambavu ya BICOR.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel