Scroll to Top

#Indundi Sports| Muri Basket Ball y’i Burundi ibibazo biracahari gushika uno munsi.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 25 Nov 2016 15:37 PM / No Comments / 325 views

runaniImbere y’uko ihiganwa ry’ukugurura ihiganwa rya Baskebal mu gisagara riranzwe n’akajagari kavuye ku mpari z’uguhindura imigwi ku bakinyi bamwe bamwe . Kuri uno wa gatanu ku mugoroba , imigwi igera kuri ine yandikiye umukuru w’ishirahamwe rya ACEBAB ko itagiye kwitabira ihiganwa ritegekanijwe ku munsi w’ejo.

Muri iryo kete twashoboye kwibonera , n’uko iyo migwi idashima gutangura ihiganwa mu gihe ahkiri ibibazo bijanye n’abakinyi bankiwe¬† gukina mu migwi mishasha, ingorane zijanye n’ubusifuzi ndetse n’ibindi. Iyo migwi akaba ari New Star, Dynamo BBC, Les Gazelles. Gasenyi BBC.

Tubibutse ko ihiganwa rya Basket Ball hano mu gisagara ca Bujumbura ryari ritegekanijwe gutangura kuri uno wa gatandatu n’uw’ Imana.

5,379 total views, 6 views today

Comments

comments

Tagged as: