Scroll to Top

#Burundi| Audio| Ngo n’akamaramaza ngo kubona Leta y’Uburundi isuzugura ingingo y’ishirahamwe ONU.

By Indundi Staff / Published on Friday, 25 Nov 2016 16:10 PM / /

 

leonidas

 Kubw’uwahoze ar’umuvugizi w’Umukuru w’Igihugu cacu Léonidas Hatungimana, ngo Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU ngo nirifate mu minwe ikibazo c’Uburundi, ngo hanyuma rifate ingingo ngo ryo nyene rishobora gushira mu ngiro.

Tumwumvirize:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel