Scroll to Top

#Burundi| Amakomine atatu yo mu ntara ya Kirundo niyo agiye kuronswa amashanyarazi

By La Rédaction /Published on Monday, 28 Nov 2016 06:55 AM // 228 views

bwambarangwe

Umushikiranganji Come Manirakiza yuguruye ibikorwa bijanye n’ikwiragiza ry’amashanyarazi mu makomine atatu yo mu ntara ya Kirundo, ayo nayo akaba ari komine Bwambarangwe, komine Gitobe hamwe na komine ya Busoni.

come-manirakiza-ministre

Ivyo bikorwa bikaba bifashwe mu nda n’amashirahamwe abiri ariyo BAD na OFID mu mpfunyapfunyo.

Uwo mugambi ukaba utegekanywa kuzoba waranguwe mu kiringo kitarenga amezi mirongo itatu n’abiri ”32 mois”, nayo imiryango igera kuri mirongo itatu yo muri ayo makomine ikaba ariyo yiteze kuzoronswa ayo mashanyarazi.

 

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel