Scroll to Top

#Diaspora Show | Dr Laurent Niyonkuru aratanga insiguro y’icatumye yanditse igitabo yise ”Tuvuge ikirundi” (Interview)

By admin / Published on Wednesday, 30 Nov 2016 04:07 AM / / 977 views

diasporashowlaurentniyonkuru1

Mu kiganiro ca Diaspora gica kuri indundi radio imisi yose ya Gatandatu isaha indwi z’umuhingamo (1pm arizona Time ) , Dr. Laurent Niyonkuru  yarasiguye icatumye yandika igitabo yise “Tuvuge Ikirundi“.

Dr Laurent Niyonkuru yaratanze intumbero y’ako gatabo aho avuga ko yashatse gutanga inyigisho y’ikirundi ku bana bavukiye mu mahanga batashoboye kugira amahirwe ngo bamenye ikirundi.

Nimwumvirize Ikiyago yagiranye na Samuel muri “Diaspora Show” ica kuri indundi Diaspora Radio.

Uwifuza kugura ico gitabo yokoresha ubu buhinga bukurikira :

Achat du livre et contact avec l’auteur:

• E mail: niyonkurul@hotmail.com

• Au tél/whatsapp : +32487620066

• Prix/price : 20 EUR

• ISBN : 9789090300177

Download

parlons-kirundi-kaft-11

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel