Scroll to Top

#Indundi Sports| Ngo ntibitangaje kubona Kalume Florence Dada ariko yigenza neza muri USA.

By Alain Muhirwe / Published on Tuesday, 06 Dec 2016 12:33 PM / No Comments / 385 views

berco-l24

 

 

 

N’amajambo twabwiwe n’Umumenyereza wa Berco Stars,Patrick Richard Ngwijuruvugo, tumusanze mu myimenyerezo kuri uno mugoroba ku kibuga c’imyimenyerezo y’umugwi wa Berco Stars.

” Ndavye ubutwari n’ubuhinga bwiwe, sintangara kubona yandikwa mu inyamakuru vya hariya, nibaza ko n’abandi bakinyi bagiye kuronka akaryo k’ugusohoka.”

bercoteamAyo majambo akaba yaashikirije inyuma y’aho, umwigeme Kalume Florence asanzwe ariko arakina mu gihugu ca Leta Zunze za Amerika, mw’ishure rya Jackson Ville College muri gisagara ca Dallas muri Leta ya Texas. Aho ku munsi wa gatatu w’indwi iheze yashoboye kuba yandikwa mu binyamakuru bikomeye vyo muri ico gisagara.

Mu rukino rwa nyuma rwahuza iryo shure ryiwe batsinda Paris Junior College, yatsinze amanita 28¬† mu manota 72 batsinze. Ivyo mbere bikaba bitumye hari uyundi mukinyi w’umwigeme agiye gukinira iryo shure buca afata indege hagati muri kuno kwezi kwa Kigarama.

6,596 total views, 8 views today

Comments

comments

Tagged as: