Scroll to Top

#Indundi Sports | Urutonde rw’inkino z’igikombe citiriwe Ubumwe rwamaze gusohoka.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 08 Dec 2016 00:28 AM / / 395 views

ffbInyuma y’aho hatangurijwe ku ncuro ya mbere,  igikombe citiriwe ubumwe hano mu Burundi kizohora gitangwa buri wa 5 Ruhuhuma, ku munsi mukuru wahariwe Ubumwe hano mu Burundi. hamaze kuba hasohoka urutonde rw’inkino rwamaze gusohoka.

Imigwi ikaba igabuye mu mice ibiri bivanye n’uturere ivamwo . Imigwi yo mu gisagara ca Bujumbura ikaba iri mw’itsinda rimwe, imigwi yo hagati no mu buraruko iri mw’itsinda rimwe, mugihe iyo mu bumanuko n’iyo mu burengero iri mw’itsinda rimwe.

 

 

 

 

Urutonde rw’ino migwi rukaba ari runo.

unite

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel