Scroll to Top

#Indundi Sport| Bimwe mu bibazo abamenyereza b’urukino rwa BasketBall hano iwacu bafise.[Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 08 Dec 2016 00:29 AM / / 437 views

richardMu gihe urukino rwa Basket Ball ruriko ruca mu bibazo bitandukanye hano iwacu, abamenyereza nabonyene ntibasigaye inyuma mu guca mu ngrane izi naziriya. Twegereye umumenyereza w’umugwi wa Berco Stars ngo atuyagire zimwe mu ngorane bahura mu kazi ka minsi yose.

Yatuganiriye kuvyerekeye ugukarihirizwa ubwenge, aho atavyigwa na bimwe  bategekanirizwa kugira bungure ubwenge. Mumukurikirane.

 

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel