Scroll to Top

#Indundi Sports| Ines Nezerwa arabona ko nawe azokora bigashimwa nka Kalume Florence[ Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 09 Dec 2016 12:30 PM / / 238 views

Aho n’inyuma y’aho bimenyekaniye ko uno mwigeme asanzwe yakuriye mu mugwi wa Berco Stars nawe agiye kuja mu gihugu ca Leta Zunze ubumwe za Amerika mu gisagara ca Dallas.  Aho azoba agiye atumweko n’ishure rya  JacksonVille College riri muri ico gisagara.

Twamusanze mu myimenyerezo aratubwira ingene yiyumva n’ingene yifuza gufasha abasigaye mu mugwi wa Berco Stars.  Tumwumvirize:

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel