Scroll to Top

#indundi | Song of the Month | Hoi- Babbi Feat Kidumu

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 17 Dec 2016 06:47 AM / /

Inyuma y’umurrimvyi Norasque, umuririmvyi  Babbi n’akaririmbo kiwe Hoi yakoranye na Kidum  niwe abaye umuririmvyi w’ukwezi kw’icumi na rimwe.

Mu kiringo c’ukwezi kwose iyo ndirimbo ikazoza ivuzwa mu biganiro bitandukanye bica Ku nsamirizi INDUNDI RADIO, mu makuru yose acishwa mu kinyamakuru Indundi Magazine hazoza hacishwamwo imenyekanishwa ry’iyo ndirimbo.

Twibukanye ko iyo ndirimbo itorwa bivanye n’abayiravye kandi n’abayikweze(Download) bakayishira mu duhamagazo (phone) canke mu nyabwonko(Computer) zabo.

Yatowe igize kuribi biharuro: Downloads (998) | Played(128915) |

Babbi Feat Kidumu - Hoi


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel