Scroll to Top

#Burundi| Abanyagihugu bazingazinzwe n’ubukene baragarukiweko

By Indundi Staff / Published on Tuesday, 20 Dec 2016 07:01 AM / No Comments / 217 views

Aho hari ejo ku musi wa Mbere igenekerezo rya 19 Kigarama 2016; aho Umushikiranganji w’Umutekano, Generai Guillaume Bunyoni, yari aramutse agendera abanyagihugu bagera ku miryango 200 bo muri Karatiye Nkenga-Busoro , Zone Kanyosha iri mu gisagara ca Bujumbura,  akaba rero yari abagemuriye ibifungurwa mu ntumbero y’ukubafasha ngo barabe ko borara babukuye mucibo, ubona ko bari basanzwe bazingazinzwe n’ubukene aribwo nyina wa “Nzara”.

Iyo ngemu yari kandi ngo iherekejwe n’ijambo ry’icifuzo c’ugukomeza ya migwi ijejwe umutekano ku mitumba no mu makaratiye.

5,946 total views, 4 views today

Comments

comments

Categories : Burundi homepage kirundi