Scroll to Top

#Indundi Sports| Abana bari mu buruhuko barishimira ibikorwa barimwo [Audio].

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 21 Dec 2016 08:45 AM / /

Abana bakiri bato batanguye uburuhuko muri kino gihe , bariko barigishwa uurkino rwa Basket Ball, aho twabasanze ku kibuga basanzwe bita kuri Parquet, aho bariko barahabwa ubumenyi bw’intango mu rukino rwa Basket Ball.

Bashoboye kutuganirira uko biyumva bari muri ivyo vyigwa

Ku bwamamenyereza babo, ingorane ngo ni nyinshi cane cane izokubura imipira n’ivyambarwa vyo mu myimenyerezo. bagasaba ko hari abo bafasha muri ico gikorwa.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel