Scroll to Top

#indundi | Tz | Umwigeme w’umunyaKenya yatumiwe na Diamond yatangaje benshi

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 28 Dec 2016 13:37 PM / /

Diamond  Platnumz yatumiye umwigeme w’umunya Kenya yitwa Vera mu giteramo baheruka gukorera I dar-es-sallam nka Wasafi yaje yambaye impuzu zatangaje benshi.

Vera sidiki n’umwe mu bigeme beza b’abanya Kenya bari bahamagawe mu giteramo umurwi Wasafi wakoreye I Dar-es-sallam mu musi wa Noheri. Uwo mwigeme akaba yatangaje benshi ku nyambaro z’igitangaza yaje yambaye kuri uwo musi.

Abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi, uwo mwigeme yabajije abakobwa b’abanya Tanzania ukuntu bagenda ku mucanga bambaye amapantalon hamwe n’ama jeans atandukanye mu gihe aba ari igihe cabo co kwambara uduhuzu tubaha akayaga.

Uwo mwigeme akaba nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru bitandukanye vyo muri kano karere yatumye abagabo batari bake imifuko isigara igaragara kuko yari yambaye impuzu zikwega abagabo. Uwo mwigeme akaba yarikumwe n’abandi bagenziwe harimwo abasanzwe bava mu gihugu ca Uganda.

Indundi Tv Presents # Hits News INDORO & NTABUNDI BUHINGA Buja X MASS concert

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel