Scroll to Top

#Indundi Sports| #AFCON2017 | Imbere y’uko afata indege ku munsi w’ejo, Birumushahu Claude yatuganiriye. [Audio]

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 05 Jan 2017 14:06 PM / /

Birumushahu Claude ku munsi w’ejo azofata indege yerekereza igihugu ca Gabon, kizoberamwo ihiganwa ry’imigwi nserukirabihugu ya Afrika CAN2017, aho agiye guhagarikira izo nkino.

Birumushahu nk’uko yabitwibwiriye, akaba yatanguye guhagarikira ku mugabane mpuzamakungu kuva mu mwaka w’i2004, akaba amaze imyaka igera kuri 12 ari umuhagarikizi mpuzamakungu. Tukaba twamwegereye kuri uno muhingamo ngo atuyagire, mwiyumvire igice ca mbere c’ikiganiro ciwe.

Claude Birumushahu akaba amaze kuba umuhagarikizi wo ku ruhande yemewe kurusha abandi muri Afrika ku buryo  amaze guhagarikira inkino zikomeye, nk’igikombe c’isi muri Brazil, ibikombe vya CAN bigera kuri bitatu, amahiganwa ya CHAMPIONS Ligue Afrique, n’ayandi.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel