Scroll to Top

#indundi Cinema | CHOZI LAMAMA niko kazina kireresi rishasha buca risohoka

By king epimax /Published on Saturday, 07 Jan 2017 10:25 AM // 490 views

Ireresi nshasha y’umukinyi w’amareresi Tambwe buca ija ahabona, iyo nayo ikazoba yitwa Chozi la Mama. Iyo ikaba buca ija ahabona inyuma y’izindi zitandukanye amaze gukora zirimwo n’izisanzwe zitwenza.

Aganira n’umwe mu banditsi ba Indundi magazine yamenyesheje ko ubutumwa buzoba buri muri iryo reresi, buzoba buraba cane abavyeyi kuko hari abavyara bakifuza guhinduza Umwana ariko mu nyuma abana bakaza kugira ibibazo.

Mwomenya ko Society GLM iri mu zabashije gushigikira iryo reresi ngo ribashe gukorwa, kandi ubucuti bwa GLM n’uwo musore butari ubw’ubu kuko isanzwe imushigikira cane.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel