Scroll to Top

#Indundi Sports| Basket Ball: Ibikorwa bisozera uburuhuko ku bana bato hano mu gisagara.[Interviews]

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 06 Jan 2017 08:57 AM / /

Kuva uburuhuko bw’igica ca mbere butanguye, hano mu gisagara ca Bujumbura, hari hatunganijwe ivyigwa ku bana bakiri bato bari mu buruhuko, mu ntumbero y’ukubigisha ubuhinga bw’intango mu rukino rwa Basket Ball.  Abo bana bakaba bataronse ubuhinga bw’ugukina umupira wa Basket Ball gusa, ahubwo bakaba bararonse n’izindi nyigisho zijanye n’ukubana neza  hagati yabo.

Kuri uno munsi ku kibuga co Kuri Parquet, niho abo bana basozera indwi zigera kuri zitatu bari bamaze bariko barakora iyo myimenyerezo. Abo bana bakaba barahungukiye vyinshi nk’uko twabiganiriwe na Richard Patrick Ngwijuruvugo twaganiriye ari mu batungaije ivyo bikorwa.

Uyu nawe n’umwana twahasanze muri abo bariko baraheraheza ivyigwa:

 

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel