Scroll to Top

#indundi | foto za Kidum ari ku mashuha

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 08 Jan 2017 19:17 PM / / 667 views

Inyuma y’igiteramo Kidum yakoreye mu gisagara ca Rumonge, yahavuye ashima kubanza kwanza gukubitira Ku mashuha imbere yuko asubira I Bujumbura aho afise ibindi biteramo azokora

Muri uwo mwanya wiwe wo kuryoherwa akaba yarikumwe na bagenziwe hamwe n’abamenyeshamakuru bamufashije muri ico gikorwa yari yagiyemwo.

Uwuhejeje kwoga amazi amutera inzara bakaba baciye bikora Ku kiribwa gikunda kuboneka ngaho kandi gikundwa cane arico umukeke.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel