Scroll to Top

#indundi | Spok’s yasohoye amasanamu y’akarorero

By KING YANN COOL / Published on Monday, 09 Jan 2017 13:40 PM / / 177 views

 

Indirimbo Celibataire ya Spok’s yamaze gushirwa ahabona. Iyo ndirimbo ikaba yashizwe ahabona Ku musi wa mungu mw’ijoro igenekerezo rya 8 nzero.

Iyo ndirimbo ikaba ibonekamwo amashusho atandukanye y’aba ayo mu nzu co kimwe n’ayo hanze meza cane yerekana ko ibikoresho bashikirije ko bakoresheje ari ibikomeye cane.

Iyo ndirimbo ikaba yakozwe n’umuhinyanyuzi Black Arthur abarizwa mu gihugu ca Kenya aho ariko arisumamwo. Ariko amajwi yo akaba yakorewe I Bujumbura mw’ishirahamwe bita Ikoh Multi services n’umuhinyanyuzi Amir Pro.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel