Scroll to Top

#indundi |  Sat-b na Papa Fololo bariko barakorana indirimbo nshasha

By KING YANN COOL / Published on Monday, 09 Jan 2017 19:25 PM / / 693 views

 

Sat-b buca ashira ahabona akaririmbo gashasha yafashije mugenziwe asanzwe abarizwa muri Canada ariwe Omar bakunze kwitwa Papa Fololo.

Inyuma y’ugusubira I Bujumbura, umuririmvyi Sat-b abandanya akora ibikorwa bitandukanye I Bujumbura birimwo kuzunguruka kuraba uko igisagara gisigaye gisa, mbere n’ugukora indirimbo zitandukanye n’abandi baririmvyi bagenziwe.

Habonetse indirimbo nshasha ariko arakorera mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya Ikoh Multiservices , iyo nayo akaba ariko ayikorana na mugenziwe asanzwe abarizwa mu gihugu ca Canada. Akaba akunze kwitwa Papa Fololo.

Sat-b akaba akoze iyo ndirimbo inyuma yahoo akoreye akandi karirimbo yakoranye na Miss Erica yise  Show time ko kamaze gushirwa ku mihora itandukanye irimwo na Youtube.

Indundi Tv | Hits News | NATACHA AHABWA AMAKARA

 

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel