Scroll to Top

#indundi | Willy Leonard yaririmvye ku butumwa buhagaze Ku kibaza cabajijwe Yezu kirisu

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 10 Jan 2017 08:39 AM / No Comments / 314 views

 

Inyuma y’ukuvuga ku butumwa bwahawe umwami Nebukadineza, Willy Leonard yagarutse Ku kibazo cabajijwe umwami Yezu n’abigishwa biwe.

Inyuma y’imyaka itatu umuririmvyi w’umurundi Leonard Niyomwungere adashira ahabona akaririmbo na kamwe, yahavuye ava mu gacerere asohora akaririmbo Intambara kangana n’iminota 3 n’amasegonda 54.

Uwo muririmvyi muri ako karirimbo avuga Ku nkuru iri mu gitabo gitagatifu Bibiliya abo abavugishwa ba Yezu kirisu bamubaza igihe azogarukira kubatwara nkuko yari yabibemereye.Yezu nawe akaba yabishuye ko ico gihe nawe atakizi ariko abaha ibimenyetso ivy’ico give.

Mu bimenyetso yabashikirije yavuzemwo ibijanye n’intambara hirya no hino. Muri Uyo ndirimbo nyene aragaruka akabwira abafiss ibibazo ngo bihangane kuko Imana iracabakunda.

Mwomenya ko uno muririmvyi yaheruka gushira ahabona akaririmbo mu mwaka wa 2014 abo yagarutse Ku butumwa bwahawe umwami Nebukadineza mu gitabo c’ubwuzure bwa keta muri Bibiliya.

Intambara - Willy Leonard


Indundi Tv | Hits News | NATACHA AHABWA AMAKARA

3,732 total views, 2 views today

Comments

comments