Scroll to Top

#indundi | Ukuri ku Mpuzu imwe bivurwa ko Dr. Claude agumamwo 

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 11 Jan 2017 04:21 AM / No Comments / 1872 views

Inyuma yaho abatari bake bibajirije nimba umuririmvyi Doctor Claude uno mhsi abarizwa I Bujumbura mu biteramo yoba yazanye impuzu imwe kuko babona adahindura, insamirizi Radio 10 y’i Bujumbura yarabashije kumwegera.

Mu kiganiro bagiranye yarabeshuje ibivurwa ko adahindura impuzu, ahubwo ashikiriza ko afise impuzu nyinshi yaje azanye arico gituma babantu bibaza ko adahindura Impuzu. Iyo myambaro ikaba irenga cumi isa.

Dr. Claude akaba ari I Bujumbura guhera igenekerezo rya 27 kigarama aho yaje gushigikirana na Kidum mu biteramo bitandukanye ariko arakora.

ndundi Tv | Hits News | NATACHA AHABWA AMAKARA

7,123 total views, 4 views today

Comments

comments