Scroll to Top

#indundi | Iki Nico Mzee Majuto azoheba aruko apfuye

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 11 Jan 2017 04:50 AM / / 1466 views


Mu gihe abatari bake bari bumvise umukinyi w’amareresi atwenza wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania Amri Athumani azwi cane nka Mzee Majuto ko buca ahagarika gukina izo reresi, uwo mukinyi yahinduye iciyumviro.

Uwo mukinyi aganira na EATV yamenyesheje ko ivy’uguhagarika gukina izo reresi bitarimwo kuko ugukina bisanzwe biri mu maraso.

Yabandanije avuga ko adashobora guhagarika gukina kuko abona ko abakiri bato baguma bakinisha uwo mwuga wiwe yiyumvamwo.

Yavuze mu giswahiri ati: ” Ugukina ni nk’ingwara kuri Jewe, sinibaza ko nobishobora kubiheba…” Yabandanije agora ngo ” sinshobora kubona abana nariko bakinisha ico gikorwa hama ngo ntekereze. Nzobandanya gukina mpaka mpezemwo impwemu….”

Indundi Tv | Hits News | NATACHA AHABWA AMAKARA

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel