Scroll to Top

#Indundi hits show Ep3|MT number one, Masterland (interview)

By Marvin Arakaza /Published on Wednesday, 11 Jan 2017 06:20 AM // 213 views

Mt number one yarashoboye  gusigura ukuntu abaririmvyi babarundi  bitesha agaciro na cane cane mukuza bararungika  indirimbo zabo kurubuga rwa whatsapp  ngo ni kimwe mubishobora  gutuma niyo ugize igiteramo canke watumiye kw’iradio  abantu ntibaheza ngo bumvurize  kuko ibintu vyawe vyose  baba babifise muduhamagazo twabo

kurikirana vyinshi hano muri vyashikirijwe na MT number one

Indundi Hit show week2 Ep3


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel