Scroll to Top

#Indundi Sports| ViVIEN bAHATI:N’ubwo Musongati FC yaraye isezeye igikombe c’Ubumwe, turafise icizere mw’ihiganwa rya Primus Ligue[Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 11 Jan 2017 11:19 AM / No Comments / 209 views

Ku munsi w’ejo, igihe harangira inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma mu gikobe citiriwe ubumwe, aho  umugwi wa Musongati,  wari uhejeje gusezererwa na Messager Ngozi, wari umubabaro udasanzwe kuri bamwe mu bakinyi b’uyo mugwi n’abakunzi bawo. Twegereye umumenyereza Bahati Vivien, aratwiganira imigambi yabo, inyuma y’ugutakaza urukino.

Ahanini, umumenyereza wa Musongati akaba yashimye ingene urukino rwagenze, yongera aratubwira ko tumwe mu dukosa bazodukosora kugira babandanye batera imbere mw’ihiganwa rya Primus Ligue.  Twumvirize Bahati Vivien, igihe yishura ku bibazo vy’abanyamakuru.

Musongati ukaba uri mu kibanza ca Gatanu n’amanota 25, ukaba  ari umwe mu migwi yavuye mu cicaro ca kabiri wigenza neza kuruta iyindi.

8,634 total views, 2 views today

Comments

comments

Tagged as: