Scroll to Top

#Indundi Sports| Basket Ball: Inkino zo mu gisagara ca Bujumbura zizobandanya mu mpera z’ino ndwi.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 27 Jan 2017 09:14 AM / /

Inyuma y’indwi imwe gusa inkino zitanguye hano mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Basket ball hano mu gisagara ca Bujumbura, ku munsi w’ejo inkino zizobandanya, Urutonde akaba ari runo. Mu nkino z’abasore niz’abigeme.

Mu cicaro ca mbere:

Ku wa gatandatu: Ambassadors- Gymkana(13h: Gikungu)

                                  Mutanga United -Dynamo(15h: Gikungu)

Ku w’Imana:        Urunani-Kern (9h: Gikungu)

                                Muiznga- New Star( 11h: Gikungu)

Mu civaro ca kabiri: Ku wa gatandatu:  MutangaUnited_ Dynamo( 13h: Parquet)

                                                                        Amabassadors- Gymkana(15h: Parquet)

                                       Ku w’Imana: Les Amis-New Stars (9h:Parquet)

                                                              Ishaka- Urunani( Parquet:11h)

                                                              Tuze – Intwari (Parquet: 11h)

Tubibutse ko hari imigwi yari yatsinzwe impaga mu nkino za mbere kuko itashoboye kugera ku kibuga, ku munsi wa mbere w’ihiganwa akaba ari; Dynamo, New Stars hamwe na Mutanga United. Ariko inyuma y’uko habaye inama hagati y’indongozi za ACBAB na FEBABU, ingorane zikaba zisa n’izatorewe umuti kugira inyungu y’urwaruka ishirwe imbere. Iyo migwo ikaba yaremeye kugaruka.

 

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel