Scroll to Top

#indundi | Kebby ukumenyekanisha Uburundi mu mahanga yabigize icivugo

By KING YANN COOL / Published on Friday, 27 Jan 2017 18:32 PM / /

 

Inyuma y’ugukora amasanamu y’indirimbo Sinari Lawama agakorwa Ku rwego mpuzamakungu, Kebby ageze kwerekanwa mu bice bitandukanye vya Africa.

Uko imisi ihera niko abantu nabona umuziki ndundi ubandanya utera intambwe uja imbere. Indirimbo Sina lawama ya Kebby iguma yerekanwa Ku mboneshakure, unavuzwa Ku nsamirizi mpuzumahamanga zitandukanye.

Iyiheruka kwerekana iyo ndirimbo ni nka Soweto Tv yo kuri Africa y’epfo iheruka kwerekana iyo ndirimbo inyuma y’izindi zitari nke zirimwo nka SABC yo muri South Africa, NIGEZIE tv yo muri nigeria , E Tv yo muri tanzania, East africa tv yo tanzanie.

Tuganiriye na Kebby tumubaza izimaze kwerekana iyo ndirimbo yiwe nshasha, avuga ko zitari izo twabashikirije gusa kuko bamaze kumubwira izitari nke.

Iyo iri mu zindi nke zimaze kwerekanwa ahatandukanye nko kuri Trace Tv n’izindi mboneshakure.

Irabire video ya “Wumuji” by GN lfls

168 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment