Scroll to Top

Indundi sport| Imvo zituma Messager FC y’i Bujumbura ititwara neza nk’iyi Ngozi

By Radjabu Bosingwa / Published on Sunday, 29 Jan 2017 14:55 PM / /

Inyuma y’urukino rw’ahuza umugwi wa Messager w’ibujumbura n’umugwi wa Bujumbura city kw’ igenekerezo rya 29 nzero isaha 14h  niho hamenyekanye imvo zituma Message FC y’i Bujumbura ititwara neza nk’iyi Ngozi.

Urukino rwahuje iyo mirwi rwarangiye ku intsinzi y’umugwi wa Messager y’ibujumbura ku gitsindo 1 no ku busa bwa  bwa Bujumbura city.

Inyuma yurwo rukino twashoboye kwegera umumenyereza w’umugwi wa Messager Coach Tigana tumubaza ingene yoba yakiriye iyo tsinzi,  yatumenyesheje yuko anezerewe cane gutora amanota atatu (3) ko yarakeneye gushikana amanota mirongo ibiri 20 avuga.

 

Categories : Football homepage kirundi
Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel