Scroll to Top

Medic Monchilo ati “Messager Ngozi ikoze amateka mashasha”[Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Saturday, 18 Feb 2017 11:51 AM / /

Inyuma y’ugutsinda umugwi wa KVZ yo mu mazinga ya Zanzibar,  ibitsindo bitatu ku busa (3-0) , umumenyereza wa Messager Ngozi, Medic Monchilo mu kiganiro n’abanyamakuru  yamenyesheje ko umugwi wiwe ukoze amateka yawo .  Messager  Ngozi irenze igice ca mbere c’amajonjora mu gikombe ca Afrika.

Umviriza mu majwi aha musi

Tukabibutsa ko mu mwaka w’2015, umugwi wa Messager Ngozi wari waserukiye Uburundi mw’ihiganwa ry’igikombe ca Confederation, ukaba wavuyemwo n’umugwi wo mu gihugu ca Angola mu nkino za mbere.

Tagged as:

Add Comment

Comments (2)

Samuel
2017-02-18 00:00:00

Kabisa Messager Ngozi ikoze amateka ...nibaze ko bagiye kwitegura rero vyakarorero

toyi samuel
2017-02-20 00:00:00

kabisa barabikoze bateye iteka igihugu

Write a comment ...
Post comment
Cancel