Scroll to Top

#Indundi Sports| Basket Ball: Umugwi nserukiragihugu ugiye kwitabira inkino z’akarere ka 5.

By Alain Muhirwe / Published on Saturday, 04 Mar 2017 10:34 AM / /

Inyuma y’uko hari hagize iminsi havugwa Uburundi bugiye kwitabira ihiganwa ry’akarere ka gatanu, kuri uno munsi hasohotse urutonde rw’abakinyi bagiye gutangura imyimenyerezo, hamwe n’abamenyereza bagiye gufasha gutegura uyo mugwi.

Abakinyi bagera kuri 22 nibo bahamagawe nabo ni:

1 . Hakizimana Jean

2 .Vyamungu Shabani

3 .Ngezahayo Malicky

4 .Nijimbere Tony

5 .Rodrigues Kabura

6 .HakizimanaElvis

7 .Niyonganji Nobel

8 .Irambona Jean Nelson

9 .Mugisha Elade

10 .Havyarimana Roger

11 .Nishimwe Rodrigue

12 .Nivyiza Alvin

13 .Nijimbere  Paulin

1 4.Ndayizigiye Bruce

1 5.Nkanira Bello

1 6.Irakoze Landry

17 .Muco Evrard

1 8.Ndikuriyo Richard

1 9.Cubahiro Armand

20.Nijimbere Guibert

21 .Hakaba hatumweko n’abamenyereza babiri : Ndayiragije Olivier na Kagabo Aoron.

22 .Mu kibuka ko umugwi nserukira gihugu, mu rukino rwa Basket Ball, utari uherutse guseruka mu nkino mpuzamakungu, bakaba baheruka guseruka mu mwaka w’2013.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel