Scroll to Top

#indundi Hits Show Ep14 | Guest:MISS ERICA

By king epimax /Published on Tuesday, 07 Mar 2017 12:14 PM // 611 views

Miss Erica yaraye yamiriye kure abavuga ko atakirikumwe na SAL-G ngo sivyo nagato baracarikumwe kuko batigeze bahukana hagati yiwe nawe.
Aho yaciye agirako avuga ko agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe rushasha ruzoba rugizwe n’indirimbo zitandatu. Izo ndirimbo zose zikaba zakozwe na Washington wo mugihugu c’Ubugande.

Ivyo akaba yabishikirije igihe yari mukiganiro ca indundi hits show kiba kumusi wambere no kumusi agatanu kuri radio culture 88.2Mhz canke 99.9Mhz no kuri www.indundi.com/radio. Munvyirize namwe.

Indundi Hit show with Miss Erica


Add Comment

Comments (1)

Hilaire
2017-03-07 00:00:00

Ako kigeme karashoboye. None ko ata vyishi tubona kubigeme mumuziki

Write a comment ...
Post comment
Cancel