Scroll to Top

#Indundi Sports| Messager Ngozi yakiriwe neza mu gisagara ca Ndola [Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 09 Mar 2017 12:41 PM / /

Mu rugendo baraye bagize kuva hano mu gihugu cacu bagana igihugu ca Zambia, umugwi wa Messager Ngozi, mu masaha y’umurango niho washika i Ndola, aho bazokina urukino ku munsi w’ejo n’umugwi wa Zesco United.

Nk’uko twahawe amakuru n’umwe mubagiye baherekeje uyo mugwi, n ‘uko kuri uno mugoroba niho bakora imyimenyerezo yabo ya mbere, iruhande y’ikibuga ca Levie Mwanawasa Stadium. Bakaba bategekanya gukora iyindi myimenyerezo ejo mu gatondo.

Umumenyerezo w’uyo mugwi Medic Moncilo, aho yashika ku kibuga  c’indege c’i Ndola, imbere y’abanyamakuru yashikirije amajambo aremesha. Mwumwumvirize:

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel